{"id":119,"date":"2026-07-28T13:00:42","date_gmt":"2026-07-28T13:00:42","guid":{"rendered":"https:\/\/shimafm.org\/?p=119"},"modified":"2026-07-28T14:11:46","modified_gmt":"2026-07-28T14:11:46","slug":"imigende-igera-kuri-4-yamazi-niyo-imaze-gukorwa-mu-kiringo-camezi-4","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/shimafm.org\/?p=119","title":{"rendered":"Imigende igera kuri 4 y\u2019amazi niyo imaze gukorwa mu kiringo c\u2019amezi 4"},"content":{"rendered":"<p><strong>Aho tuvuga ni neza na neza ku mutumba na zone Mudende, komine Rumonge y\u2019intara ya Burunga. Iyo migende y\u2019amazi yakozwe n\u2019abenegihugu bo nyene ubwabo mu ntumbero yo gutorera umuti ikibazo c\u2019ubukene bw\u2019amazi meza. <\/strong><br \/>\n<strong>Iyo migende imaze gukorwa iri ku bucimbiri 4 ifise ibirometero birenga 10. Bamwe mu benegihugu baba ku mutumba wa Mudende bakaba bamaze kuronswa amabombo mu mihana yabo abandi bakaba barakorewe amabombo rusangi. <\/strong><br \/>\n<strong>Abo benegihugu basigura ko Habonimana Pado ariwe yazanye iciyumviro, abereka n\u2019uko bogishira mu ngiro. Muri kino gihe, abo benegihugu bavuga ko borohewe kuko bavoma kure bakavoma n\u2019amazi mabi ariko ubu bavoma amazi meza, bamwe muri bo bakaba bamaze no kuyavyaza umusaruro. <img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"wp-image-121 alignright\" src=\"https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/07\/1-MUDENDE-169x300.jpeg\" alt=\"\" width=\"242\" height=\"430\" srcset=\"https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/07\/1-MUDENDE-169x300.jpeg 169w, https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/07\/1-MUDENDE-576x1024.jpeg 576w, https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/07\/1-MUDENDE.jpeg 720w\" sizes=\"auto, (max-width: 242px) 100vw, 242px\" \/><\/strong><br \/>\n<strong>Habonimana Padon asanzwe ari umufundi afasha gukwega ayo mazi asigura ko uwo mugambi yawiyumviriye bivanye n\u2019ubukene bw\u2019amazi bwibonekeza kuri uyo mutumba aca yegeranya abenegihugu baratanga uburyo, imiryango ishika 100 ikaba imaze kuronka amazi meza <\/strong><br \/>\n<strong>Hari abanka ko mu matongo yabo hacishwa imiringoti<\/strong><br \/>\n<strong>N\u2019ubwo bir&rsquo;uko, Habonimana asigura ko mu bikorwa arangura ahura n\u2019intambamyi zijanye n\u2019uko hari abenegihugu banka ko bacisha imiringoti mu matongo yabo n\u2019abafise imirima mu masoko bataborohereza.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Ikindi Habonimana avuga ni ikibazo kijanye no kwubaka ibigega vy\u2019amazi kuko bisaba uburyo bwinshi. Asaba intwaro gufasha ico gikorwa kugira ngo umutumba wa Mudende uronke amazi meza.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Ntirampeba M\u00e9chaque arongoye umutumba wa Mudende aremeza ivyo bikorwa bimaze kurangurwa. Ku kijanye n\u2019abenegihugu batorohereza uyo mugambi avuga ko atanga impapuro. <\/strong><br \/>\n<strong>Ntirampeba ahamagarira abenegihugu gutahura akamaro k\u2019amazi meza.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Aho tuvuga ni neza na neza ku mutumba na zone Mudende, komine Rumonge y\u2019intara ya&#8230;<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":120,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[1],"tags":[31,33,32,34,35],"class_list":["post-119","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-uncategorized","tag-amakuru","tag-amazi","tag-iterambere","tag-mudende","tag-rumonge"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/119","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcomments&post=119"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/119\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":122,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/119\/revisions\/122"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/media\/120"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fmedia&parent=119"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcategories&post=119"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Ftags&post=119"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}