{"id":123,"date":"2026-07-28T13:12:38","date_gmt":"2026-07-28T13:12:38","guid":{"rendered":"https:\/\/shimafm.org\/?p=123"},"modified":"2026-07-28T13:13:51","modified_gmt":"2026-07-28T13:13:51","slug":"gitega-bamwe-mu-benegihugu-bavugako-ingingo-zagahotoro-nko-gucibwa-amahadabu-adasiguritse-bitera-imyidogo-nishavu-mu-kibano","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/shimafm.org\/?p=123","title":{"rendered":"Gitega: Bamwe mu benegihugu bavugako ingingo z\u2019agahotoro nko gucibwa amahadabu adasiguritse bitera imyidogo n&rsquo;ishavu mu kibano"},"content":{"rendered":"<p style=\"font-weight: 400\"><strong>Ivyo, bivugwa n\u2019abaganiriye n\u2019insamirizi ShimaFm kuri uyu wa 23 Mukakaro 2026 baba ku mutumba Rwintare zone Makamba komine Mwaro intara ya Gitega. \u00a0Abo benegihugu bavuga ko hari ingingo bahora bafatirwa bikaboneka ko ar\u2019iz\u2019agahotoro. Uturorero batanga ni nko gucibwa amahadabu adasiguritse, nko gusasa amabuye (pavage)Ingingo z\u2019agahotoro zifise ingaruka harimwo ishavu, imyidogo mu kibano no gushikana ku mabi y\u2019ikivunga.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Mu ntwaro bavuga iki?<\/strong><\/p>\n<p><strong>Harimenshi Salvator, umukuru w\u2019umutumba Rwintare avuga ko uri umutware ugafata ingingo y\u2019agahotoro uba uciyemwo imigwi abujejwe kandi ubutaye agaciro.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Abize ibijanye n&rsquo;amategeko harico babivugako.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Alain D\u00e9sir\u00e9 Bukeyeneza, umumenyeshamakuru akaba numwe mu banonosoye ibijanye n\u2019amategeko avuga ko igituma hari abafata ingingo z\u2019agahotoro rimwe na rimwe ni kutamenya aho abantu bageza mu gufata ingingo, ibigira ingaruka mbi harimwo amabi.Ikindi uyo muhinga avuga n\u2019uko abantu bashobora kugira akamenyero ivyo kutubaha amategeko. Bukeyeneza asaba indongozi kwama zifata ingingo zikwirikije ico amategeko avuga no kwama zibanza guhanuza abo bikorana kugira birinde ingingo z\u2019agahotoro canke zidakwirikije amategeko.<\/strong><\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\">\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ivyo, bivugwa n\u2019abaganiriye n\u2019insamirizi ShimaFm kuri uyu wa 23 Mukakaro 2026 baba ku mutumba Rwintare&#8230;<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":124,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[1],"tags":[29,30,27,28,22],"class_list":["post-123","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-uncategorized","tag-gitega","tag-ikebuke","tag-imvugo","tag-message-de-haine","tag-shimafm"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/123","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcomments&post=123"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/123\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":126,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/123\/revisions\/126"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/media\/124"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fmedia&parent=123"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcategories&post=123"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Ftags&post=123"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}