{"id":134,"date":"2026-09-04T11:00:08","date_gmt":"2026-09-04T11:00:08","guid":{"rendered":"https:\/\/shimafm.org\/?p=134"},"modified":"2026-09-04T11:00:08","modified_gmt":"2026-09-04T11:00:08","slug":"abari-imbere-yabandi-banka-kwakira-no-guha-agaciro-ivyiyumviro-bitandukanye-nivyabo-baba-bashaka-gukumira-abo-batiyumvira-kumwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/shimafm.org\/?p=134","title":{"rendered":"Abari imbere y\u2019abandi banka kwakira no guha agaciro ivyiyumviro bitandukanye n\u2019ivyabo baba bashaka gukumira abo batiyumvira kumwe"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: left\">\n<p style=\"direction: rtl;text-align: left\"><strong>Abanyeporitike bo mu migambwe RADEBU FRODEBU bavuga ko ivyo kwanka kwakira ivyiyumviro bitandukanye n\u2019ivyawe biriho mu bisata bitandukanye bigize ubuzima bw\u2019igihugu.<\/strong><strong>Mu mugambwe Sahwanya Frodebu, Sylvestre Bikorindagara awuvugira ashikiriza ko ivyo vyibonekeza cane nko muri poritike. Aho atanga akarorero ko ivyiyumviro vyabo vyanse kwakirwa.<\/strong><\/p>\n<p><strong><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"wp-image-135 alignleft\" style=\"direction: rtl\" src=\"https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/09\/BIKORINDAGARA-300x169.jpeg\" alt=\"\" width=\"379\" height=\"214\" srcset=\"https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/09\/BIKORINDAGARA-300x169.jpeg 300w, https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/09\/BIKORINDAGARA-768x432.jpeg 768w, https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/09\/BIKORINDAGARA.jpeg 982w\" sizes=\"auto, (max-width: 379px) 100vw, 379px\" \/><\/strong><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p><strong>Jean de Dieu Mutabazi wo mu mugambwe RADEBU nawe avuga ko ivyo kwanka kwakira ivyiyumviro vy\u2019abandi biri muri kamere k\u2019abantu (dictature, igikenye).<\/strong><\/p>\n<p><strong>Ibituma hari abanka kwakira ivyiyumviro bitandukanye n\u2019ivyabo harimwo agasuzuguro, nk\u2019uko uwurongoye umugambwe RADEBU.<img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"wp-image-136 aligncenter\" src=\"https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/09\/JEAN-MUTABAZI-300x252.jpeg\" alt=\"\" width=\"492\" height=\"413\" srcset=\"https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/09\/JEAN-MUTABAZI-300x252.jpeg 300w, https:\/\/shimafm.org\/wp-content\/uploads\/2026\/09\/JEAN-MUTABAZI.jpeg 700w\" sizes=\"auto, (max-width: 492px) 100vw, 492px\" \/><\/strong><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p><strong> Iciyumviro ciwe gisa n\u2019ica Bikorindagara Sylvestre avugira umugambwe Sahwanya Frodebu aho abona ko ari amanyama n\u2019ubwishime.<\/strong><\/p>\n<p><strong>\u00a0R\u00e9my Havyarimana, umuhinga mu bijanye no gutatura amatati bidaciye mu ngimba asigura ko ukwanka kwakira ivyiyumviro vy\u2019abandi bituma umuntu arondera kwumvwa ku nguvu, ibitari vyiza namba.<\/strong><\/p>\n<p><strong>\u00a0Uyo muhinga mu bijanye no gutatura amatati bidaciye mu ngimba co kimwe n\u2019abanyeporitike bo mu migambwe RADEBU na Sahwanya Frodebu babona ko abari imbere y\u2019abandi na canecane indongozi ko bokwama bakira ivyiyumviro n\u2019aho vyoba bidasa n\u2019ivyabo kuko ari vyo vyubaka ikibano n\u2019igihugu.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abanyeporitike bo mu migambwe RADEBU FRODEBU bavuga ko ivyo kwanka kwakira ivyiyumviro bitandukanye n\u2019ivyawe biriho&#8230;<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":49,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[3],"tags":[41,40,39,42,43,22],"class_list":["post-134","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-amakuru","tag-burundi","tag-hate-speech","tag-kurwanya-imvugo-zibiba-urwanko","tag-mwaro","tag-politique","tag-shimafm"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/134","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcomments&post=134"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/134\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":137,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/posts\/134\/revisions\/137"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=\/wp\/v2\/media\/49"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fmedia&parent=134"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Fcategories&post=134"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/shimafm.org\/index.php?rest_route=%2Fwp%2Fv2%2Ftags&post=134"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}