Mutoni yagenywe gusubirira Gatoni kuba umuvugizi w’Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye

 Kw’itegeko ry’Umukuru w’igihugu ryo kuri uyu wa 19 Rusama 2026, Nancy Ninette Mutoni yagizwe umuvugizi w’Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye. Asubiriye Guilene Rosine Gatoni yahora ari umuvugizi kuva muri Kigarama 2022.

 Nancy Ninette Mutoni yahora mu mugwi ujejwe kurondera ukuri no kurekuriranira CVR, akaba agiye gutwara ibiro bijejwe amakuru mu biro vy’Umukuru w’igihugu.

Icegera ciwe ni Col.retraité Floribert Biyereke. Uyu asubiriye Sébastien Ntahongendera yagizwe umuhanuzi muri urwo rwego nyene.

par admin

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *