« Inyagaze « umugambi w’umugambwe APDR wo kwegeranya uburyo umukandida wawo azotanga nk’ingwati mu matora yo mu mwaka 2027.
Umugambwe APDR ugiye gushwara mu mitumba yose no ku benegihugu bose ubicishije mu mugambi Inyagaze,...
Umugambwe APDR ugiye gushwara mu mitumba yose no ku benegihugu bose ubicishije mu mugambi Inyagaze,...
Kuri uyu wa 28 Ruheshi 2026, umugambwe APDR -Abanyamahoro wari mw’ikoraniro kaminuza ryo gutora umukandida...
Ivyo vyashikirijwe na Nkunzimana Jean Bosco arongoye igisata mu vyo kijejwe harimwo gutegura no gukurikirana...
Mu mwaka w’amafaranga 2026-2027, Ayagera ku miriyaridi ibihumbi 6.296,03 y’amarundi niyo azokwinjira muri Reta mu...