Amatora 2027: Gabriel Banzawitonde, umukandida igira kabiri amenyekanye ko azohiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu mu mwaka 2027
Kuri uyu wa 28 Ruheshi 2026, umugambwe APDR -Abanyamahoro wari mw’ikoraniro kaminuza ryo gutora umukandida...
Kuri uyu wa 28 Ruheshi 2026, umugambwe APDR -Abanyamahoro wari mw’ikoraniro kaminuza ryo gutora umukandida...
Ivyo vyashikirijwe na Nkunzimana Jean Bosco arongoye igisata mu vyo kijejwe harimwo gutegura no gukurikirana...
Mu mwaka w’amafaranga 2026-2027, Ayagera ku miriyaridi ibihumbi 6.296,03 y’amarundi niyo azokwinjira muri Reta mu...
Ugishika ku mitumba ya Busebwa na Gatete, hibonekeza umufurege muremure n’imiringoti mininiminini yari igenewe gutwara...
Abo tuvuga ni abenegihugu baba ku mutumba Mugomere komine Rumonge y’intara ya Burunga. Amakenga yabo...
Vyasabwe na Minani Augustin, arongoye komine Rumonge kuri uyu 20 Rusama 2026 mu nama yagiranye...
Ivyo vyashikirijwe n’Umushikiranganji w’ikigega ca Reta Alain Ndikumana ku wa 13 Rusama 2026 aho yari...
Kw’itegeko ry’Umukuru w’igihugu ryo kuri uyu wa 19 Rusama 2026, Nancy Ninette Mutoni yagizwe umuvugizi...
Hari mu rugendo Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye arikumwe n’Umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi hamwe n’uwujejwe inyubako bagize...
Umukenyezi azwi kw’izina rya Ntihebuwayo Jacqueline asaba ubufasha kuko afise umwana w’amezi 10 atari rwiwe,...