Gitega: Bamwe mu benegihugu bavugako ingingo z’agahotoro nko gucibwa amahadabu adasiguritse bitera imyidogo n’ishavu mu kibano
Ivyo, bivugwa n’abaganiriye n’insamirizi ShimaFm kuri uyu wa 23 Mukakaro 2026 baba ku mutumba Rwintare...
Ivyo, bivugwa n’abaganiriye n’insamirizi ShimaFm kuri uyu wa 23 Mukakaro 2026 baba ku mutumba Rwintare...
Aho tuvuga ni neza na neza ku mutumba na zone Mudende, komine Rumonge y’intara ya...
Umugambwe APDR ugiye gushwara mu mitumba yose no ku benegihugu bose ubicishije mu mugambi Inyagaze,...
Kuri uyu wa 28 Ruheshi 2026, umugambwe APDR -Abanyamahoro wari mw’ikoraniro kaminuza ryo gutora umukandida...
Ivyo vyashikirijwe na Nkunzimana Jean Bosco arongoye igisata mu vyo kijejwe harimwo gutegura no gukurikirana...
Mu mwaka w’amafaranga 2026-2027, Ayagera ku miriyaridi ibihumbi 6.296,03 y’amarundi niyo azokwinjira muri Reta mu...
Ugishika ku mitumba ya Busebwa na Gatete, hibonekeza umufurege muremure n’imiringoti mininiminini yari igenewe gutwara...
Abo tuvuga ni abenegihugu baba ku mutumba Mugomere komine Rumonge y’intara ya Burunga. Amakenga yabo...
Vyasabwe na Minani Augustin, arongoye komine Rumonge kuri uyu 20 Rusama 2026 mu nama yagiranye...
Ivyo vyashikirijwe n’Umushikiranganji w’ikigega ca Reta Alain Ndikumana ku wa 13 Rusama 2026 aho yari...